Yeremiya 46:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda:
2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda: