-
Ezekiyeli 32:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 “Mwana w’umuntu, ririmba akaririmbo k’intimba ku vyerekeye Farawo umwami wa Misiri, umubwire uti: ‘Naho wari nk’intambwe y’umukangara y’umugāra y’amahanga, waranumijwe+.
“‘Wabaye nka ca gikoko amahero co mu mazi mu biyaga+, kandi wagumye widunya mu nzuzi zawe, uguma utoba amazi n’ibirenge vyawe wongera uhumanya inzuzi zaho.’
-