19Ijambo ryamenyeshejwe kuri Misiri+: Raba! Yehova ariko agendera ku gicu kinyaruka+ aza mu Misiri. Kandi imana ata co zimaze za Misiri ntizizobura kudegedwa kubera we+, kandi umutima wa Misiri uzoshongera hagati muri yo+.
11 Azoza ata kabuza, asasike igihugu ca Misiri+. Uwugenewe ikiza cica azoja ku kiza cica, uwugenewe kugirwa imbohe, azoja kugirwa imbohe, uwugenewe inkota na we azoja ku nkota+.