Yeremiya 25:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Farawo umwami wa Misiri n’abasuku biwe n’abaganwa biwe n’abantu biwe bose+; Ezekiyeli 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe kuri Farawo umwami wa Misiri+, uvuge ubuhanuzi bumwagiriza bukagiriza na Misiri yose uko ingana+. Yoweli 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo Misiri, izocika igiharabuga+; Edomu na yo izocika agahinga k’igiharabuga+, kubera ubukazi bagiriye abana ba Yuda, bagasēsa mu gihugu c’abo bana ba Yuda amaraso y’intungane+.
2 “Mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe kuri Farawo umwami wa Misiri+, uvuge ubuhanuzi bumwagiriza bukagiriza na Misiri yose uko ingana+.
19 Nayo Misiri, izocika igiharabuga+; Edomu na yo izocika agahinga k’igiharabuga+, kubera ubukazi bagiriye abana ba Yuda, bagasēsa mu gihugu c’abo bana ba Yuda amaraso y’intungane+.