2 Abami 23:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Zebida umukobwa wa Pedaya w’i Ruma. 2 Ngoma 36:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+. Yeremiya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku bijanye n’abantu bose bo muri Yuda mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ari wo mwaka wa mbere wa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, Yeremiya 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, iri jambo riza kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti:
36 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Zebida umukobwa wa Pedaya w’i Ruma.
5 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+; abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova Imana yiwe+.
25 Ijambo ryaje kuri Yeremiya ku bijanye n’abantu bose bo muri Yuda mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ari wo mwaka wa mbere wa Nebukadirezari umwami wa Babiloni,
36 Nuko mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, iri jambo riza kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti: