2 Abami 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona. 2 Ngoma 35:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Inyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutegura inzu, Neko+ umwami wa Misiri+ aduga kurwana i Karikemishi+ iruhande ya Efurate. Maze Yosiya+ asohoka guhura na we+.
29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona.
20 Inyuma y’ivyo vyose, Yosiya amaze gutegura inzu, Neko+ umwami wa Misiri+ aduga kurwana i Karikemishi+ iruhande ya Efurate. Maze Yosiya+ asohoka guhura na we+.