2 Abami 23:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona. Imigani 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ntutongane n’umuntu ata mpamvu+, nimba ata nabi yakugiriye+. Imigani 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kurya kw’uwucakira amatwi y’imbwa, ni ko uwuriko ararengana akarakishwa n’imitongano itari iyiwe amera+.
29 Mu misi yiwe, Farawo Neko+ umwami wa Misiri aduga ku mwami wa Ashuri iruhande y’uruzi Efurate+, maze Umwami Yosiya aja guhura na we+; mugabo Farawo Neko amwicira+ i Megido+ akimara kumubona.
17 Kurya kw’uwucakira amatwi y’imbwa, ni ko uwuriko ararengana akarakishwa n’imitongano itari iyiwe amera+.