Luka 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Amubwira ati: “Wa muntu we, ni nde yanshinze kubabera umucamanza+ canke umugabuzi?” 1 Abatesalonika 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 no kwishingira intumbero yo kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibategetse; 1 Petero 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa+ ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita+ mu vy’abandi.
11 no kwishingira intumbero yo kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibategetse;
15 Ariko ntihagire n’umwe muri mwebwe ababazwa+ ahorwa kuba ari umwicanyi canke igisuma canke inkozi y’ikibi canke uwita+ mu vy’abandi.