2 Abami 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma umwami wa Ashuri aduga gutera igihugu cose yongera aduga i Samariya, amara imyaka itatu ahasugereje+. 2 Abami 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bahafata+ haheze imyaka itatu; mu mwaka ugira gatandatu wa Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira icenda wa Hosheya umwami wa Isirayeli, Samariya irafatwa+.
5 Hanyuma umwami wa Ashuri aduga gutera igihugu cose yongera aduga i Samariya, amara imyaka itatu ahasugereje+.
10 Bahafata+ haheze imyaka itatu; mu mwaka ugira gatandatu wa Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira icenda wa Hosheya umwami wa Isirayeli, Samariya irafatwa+.