2 Abami 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ari hehe umwami wa Hamati+ n’umwami wa Arupadi+ n’umwami w’ibisagara vya Sefaruvayimu, Hena na Iva+?’” Yeremiya 49:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ku vya Damasiko+: “Hamati+ na Arupadi+ biramaramaye, kuko vyumvise inkuru mbi. Birasangutse+. Mu kiyaga hari amaganya; ntigishobora kuguma gitekanye+.
13 Ari hehe umwami wa Hamati+ n’umwami wa Arupadi+ n’umwami w’ibisagara vya Sefaruvayimu, Hena na Iva+?’”
23 Ku vya Damasiko+: “Hamati+ na Arupadi+ biramaramaye, kuko vyumvise inkuru mbi. Birasangutse+. Mu kiyaga hari amaganya; ntigishobora kuguma gitekanye+.