ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko baraduga, batata ico gihugu kuva mu gahinga ka Zini+ gushika i Rehobu+ ku bwinjiriro bwa Hamati+.

  • 2 Abami 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mu nyuma umwami wa Ashuri azana abantu abakuye i Babiloni+ n’i Kuti n’i Ava+ n’i Hamati+ n’i Sefaruvayimu+, abashira mu bisagara vy’i Samariya+ mu kibanza ca bene Isirayeli ngo babeyo; nuko batangura kwigarurira Samariya no kuba mu bisagara vyaho.

  • Yesaya 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mbega Kaluno+ si nka Karikemishi+? Mbega Hamati+ si nka Arupadi+? Mbega Samariya+ si nka Damasiko+?

  • Zakariya 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Riziye kandi Hamati+ ihana urubibe na ho; riziye na Tiro+ be na Sidoni+, kuko ari inkerebutsi cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika