1 Abakorinto 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’ugushihana muri mwebwe+, mbega ntimuri ab’umubiri mukaba kandi mugenda nk’uko abantu bagenda+?
3 kuko mukiri ab’umubiri+. None ko hari ishari n’ugushihana muri mwebwe+, mbega ntimuri ab’umubiri mukaba kandi mugenda nk’uko abantu bagenda+?