Imigani 17:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwo wese atangira amajambo yiwe aba afise koko ubumenyi+, kandi umuntu w’ugutahura agira umutima utekanye+. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.
27 Uwo wese atangira amajambo yiwe aba afise koko ubumenyi+, kandi umuntu w’ugutahura agira umutima utekanye+.
23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.