Imigani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+. Umusiguzi 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi igipfu kivuga amajambo menshi+. Umuntu ntazi ibizoba; vyongeye, ibizoba mu nyuma ziwe, ni nde yobimubwira+? Yakobo 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mumenye ibi, bene wacu bakundwa. Umuntu wese atebuke kwumva, atebe kuvuga+, atebe kuraka+;
19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+.
14 Kandi igipfu kivuga amajambo menshi+. Umuntu ntazi ibizoba; vyongeye, ibizoba mu nyuma ziwe, ni nde yobimubwira+?