Yeremiya 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+.
9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+.