Yobu 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega imisi yanje si mikeyi+? Nareke,Nankureko amaso, nanje nkayangane+ gatoyi Yobu 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mukureko amaso, aruhuke+,Gushika ahimbawe nka kurya kw’umucangero ku musi wiwe.
20 Mbega imisi yanje si mikeyi+? Nareke,Nankureko amaso, nanje nkayangane+ gatoyi Yobu 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mukureko amaso, aruhuke+,Gushika ahimbawe nka kurya kw’umucangero ku musi wiwe.