Zaburi 54:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Imana ni yo mufasha wanje+;Yehova ari mu bashigikiye ubuzima bwanje. Yesaya 50:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara+. Ni co gituma ntazoteterwa. Ni co gituma mu maso hanje nahagize nk’ibuye ry’isare, kandi ndazi ko ntazomaramara+. Abaheburayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”
7 Mugabo Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara+. Ni co gituma ntazoteterwa. Ni co gituma mu maso hanje nahagize nk’ibuye ry’isare, kandi ndazi ko ntazomaramara+.
6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”