Zaburi 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+? Zaburi 43:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?Kubera iki usebagirika muri jewe?Rindira Imana+,Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye, ko ari yo Mana yanje+. Imigani 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Amaganya mu mutima w’umuntu awutera kwicurikira+, mugabo ijambo ryiza rirawunezereza+. Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.
22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+?
5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?Kubera iki usebagirika muri jewe?Rindira Imana+,Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye, ko ari yo Mana yanje+.
27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.