Gusubira mu vyagezwe 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+;
8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+;