Zaburi 38:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nataye umutwe, nagondamye bihebuje+;Ngendagenda nijiriwe bukarinda bwira+. Zaburi 43:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ari wewe Mana y’iboma ryanje+.Kubera iki wanshibuye?Kubera iki ngendagenda mbabaye bitewe n’agahahazo k’umwansi+? Umusiguzi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.
2 Kuko ari wewe Mana y’iboma ryanje+.Kubera iki wanshibuye?Kubera iki ngendagenda mbabaye bitewe n’agahahazo k’umwansi+?
4 Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.