Zaburi 139:1 Bibiliya y’isi nshasha 139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+. Yeremiya 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.
139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+. Yeremiya 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.
10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.