Yobu 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuki uhisha mu maso hawe+Ukamfata nk’umwansi wawe+? Zaburi 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uzogeza ryari ga Yehova kunyibagira+? Ibihe bidahera+?Uzogeza ryari kumpisha mu maso hawe+? Zaburi 88:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kubera iki ga Yehova ushibura ubuzima bwanje+?Kubera iki uguma umpisha amaso yawe+?