Zaburi 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Egome, umutima wanje uradurumbanye cane rwose+;Ariko nawe ga Yehova, uzogeza ryari+? Zaburi 88:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kubera iki ga Yehova ushibura ubuzima bwanje+?Kubera iki uguma umpisha amaso yawe+? Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.
2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.