Zaburi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uzobamenaguza agakoni k’ubutware k’icuma+;Nka kurya kw’icombo c’umubumvyi, uzobasavya+.” 2 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.
8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.