Ivyahishuwe 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abo bazorwana na wa Mwagazi w’intama+, mugabo, kubera ari Umukama w’abakama n’Umwami w’abami+, wa Mwagazi w’intama azobatsinda+. Abahamagawe kandi batowe kandi b’abizigirwa bari kumwe na we, na bo nyene bazotsinda+.” Ivyahishuwe 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze mbona ca gikoko+ n’abami+ b’isi n’ingabo zabo bikoraniye hamwe kurwana+ n’umwe yicaye kuri ya farasi+ hamwe n’ingabo ziwe.
14 Abo bazorwana na wa Mwagazi w’intama+, mugabo, kubera ari Umukama w’abakama n’Umwami w’abami+, wa Mwagazi w’intama azobatsinda+. Abahamagawe kandi batowe kandi b’abizigirwa bari kumwe na we, na bo nyene bazotsinda+.”
19 Maze mbona ca gikoko+ n’abami+ b’isi n’ingabo zabo bikoraniye hamwe kurwana+ n’umwe yicaye kuri ya farasi+ hamwe n’ingabo ziwe.