Yesaya 58:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova ntazobura kwama+ akuyobora+ kandi akaguhaza no mu gihugu kibabutse+, kandi azogarukanira ingoga amagufa yawe+; uzomera nk’umurima uvomerwa neza+, umere kandi nk’isôko ry’amazi, amazi atabesha.
11 Yehova ntazobura kwama+ akuyobora+ kandi akaguhaza no mu gihugu kibabutse+, kandi azogarukanira ingoga amagufa yawe+; uzomera nk’umurima uvomerwa neza+, umere kandi nk’isôko ry’amazi, amazi atabesha.