Zaburi 48:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko iyi Mana ari yo Mana yacu gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Ni yo izoturongōra gushika dupfe+. Yesaya 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntibazosonza+, eka ntibazonyoterwa+, eka kandi ubushuhe bugatura canke izuba ntibizobakubita+. Kuko Umwe abumvira ikigongwe ari we azobayobora+, kandi azobarongōra iruhande y’imbizi z’amazi+.
14 Kuko iyi Mana ari yo Mana yacu gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Ni yo izoturongōra gushika dupfe+.
10 Ntibazosonza+, eka ntibazonyoterwa+, eka kandi ubushuhe bugatura canke izuba ntibizobakubita+. Kuko Umwe abumvira ikigongwe ari we azobayobora+, kandi azobarongōra iruhande y’imbizi z’amazi+.