Zaburi 143:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nibutse imisi ya kera+;Nazirikanye igikorwa cawe cose+;Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+. Imigani 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mu mutima w’umuntu azi ubwenge ni ho ubukerebutsi bwibera+, kandi hagati mu bijuju buramenyekana. Matayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+. Abafilipi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubwa nyuma, bene wacu, ivy’ukuri vyose, ibihambaye vyose, ibigororotse vyose, ibitanduye vyose+, ivyo gukundwa vyose, ibivugwa neza vyose, nimba hari ingeso nziza zose be n’ikibereye gushimagizwa cose, bibe ari vyo mubandanya kwiyumvira+.
5 Nibutse imisi ya kera+;Nazirikanye igikorwa cawe cose+;Nagumye nitwararitse igikorwa c’amaboko yawe ndabikunze+.
35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+.
8 Ubwa nyuma, bene wacu, ivy’ukuri vyose, ibihambaye vyose, ibigororotse vyose, ibitanduye vyose+, ivyo gukundwa vyose, ibivugwa neza vyose, nimba hari ingeso nziza zose be n’ikibereye gushimagizwa cose, bibe ari vyo mubandanya kwiyumvira+.