Zaburi 49:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Akanwa kanje kazovuga ibintu vy’ubukerebutsi+,Kandi ukuzirikana kw’umutima wanje kuzoba ku bintu vy’ugutegera+. Imigani 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Umutima w’umugororotsi urazirikana kugira ngo wishure+, mugabo akanwa k’ababisha kadudubiza ibintu bibi+.
3 Akanwa kanje kazovuga ibintu vy’ubukerebutsi+,Kandi ukuzirikana kw’umutima wanje kuzoba ku bintu vy’ugutegera+.
28 Umutima w’umugororotsi urazirikana kugira ngo wishure+, mugabo akanwa k’ababisha kadudubiza ibintu bibi+.