Yobu 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Bamara imisi yabo biryohererwa+,Maze mu kanya bakamanuka mu kuzimu.