Zaburi 30:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+. Malaki 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
5 Kuko kuba munsi y’ishavu ryiwe ari ivy’akanya gato+,Kuba munsi y’ubutoni bwiwe bikaba ivy’ubuzima bwose+.Ku mugoroba amarira yoshobora kwaka indaro+, mugabo mu gitondo hakaba akamo k’umunezero+.
3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.