Zaburi 38:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nyaragasa umfashe+,Ewe Yehova bukiriro bwanje+! Zaburi 88:1 Bibiliya y’isi nshasha 88 Ewe Yehova, Mana y’ubukiriro bwanje+,Ku murango narasemereye+,No mw’ijoro, imbere yawe+. Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” Ivyahishuwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”