Yeremiya 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova yakwise ‘igiti c’umwelayo gitotahaye, ciza uravye ivyamwa vyaco be n’ukuntu kimeze+.’ Igihe haba ijwi ry’ukwasana gukomeye yaramudomekeye umuriro ururumba, kandi bavunaguye amashami yaco+. Hoseya 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iminago yiwe izonaga, iteka ryiwe ribe nk’iry’igiti c’umwelayo+, ugutamirana kwiwe na kwo kube nk’ukwa Libani.
16 Yehova yakwise ‘igiti c’umwelayo gitotahaye, ciza uravye ivyamwa vyaco be n’ukuntu kimeze+.’ Igihe haba ijwi ry’ukwasana gukomeye yaramudomekeye umuriro ururumba, kandi bavunaguye amashami yaco+.
6 Iminago yiwe izonaga, iteka ryiwe ribe nk’iry’igiti c’umwelayo+, ugutamirana kwiwe na kwo kube nk’ukwa Libani.