Itanguriro 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko isi irononekara mu maso y’Imana y’ukuri+, kandi isi yuzura ubukazi+. Abalewi 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mutegerezwa kugumya ibwirizwa ryanje: ntimuze mukore n’umwe mu migenzo iteye ishishi yakozwe imbere yanyu+, kugira ntimuvyihumanishe. Ndi Yehova Imana yanyu.’” Gusubira mu vyagezwe 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubwabo bikwegeye guhona+;Si abana bayo, ikosa ni rwabo+.Ni iyaruka rihetaraye kandi rigoramanze+!
30 Mutegerezwa kugumya ibwirizwa ryanje: ntimuze mukore n’umwe mu migenzo iteye ishishi yakozwe imbere yanyu+, kugira ntimuvyihumanishe. Ndi Yehova Imana yanyu.’”