1 Samweli 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+. Yeremiya 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ese iyo mba mfise mu gahinga ahantu h’uburaro h’ingenzi+! Nohevye rero abantu banje nkaja kure yabo, kuko bose ari abarenga ibigo+, ikoraniro ry’agakūra ry’ibihemu+;
14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+.
2 Ese iyo mba mfise mu gahinga ahantu h’uburaro h’ingenzi+! Nohevye rero abantu banje nkaja kure yabo, kuko bose ari abarenga ibigo+, ikoraniro ry’agakūra ry’ibihemu+;