ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 109:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kuko akanwa k’umubisha n’akanwa k’ubuhendanyi twasamye ngo tundotse+.

      Bamvuze bakoresheje ururimi rw’ikinyoma+;

  • Yeremiya 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kandi umwe wese aguma akina mugenziwe+; nta kuri bavuga. Bigishije ururimi rwabo kuvuga ikinyoma+. Bariruhije gusa mu gukora inabi+.

  • Amosi 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Mw’irembo baranse uwukangīra+, banka urunuka uwuvuga ibitagira akanenge+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika