Zaburi 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wa mwansi we, ukugirwa umusaka kwawe kwarangutse rwose+,Mbere n’ibisagara waranduye+.No kuvugwa ntibazokwongera kuvugwa+. Zaburi 59:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nubamare washangashiwe+;Nubamare, ntibabeho;Nibamenye yuko Imana iganza muri Yakobo gushika ku mpera z’isi+. Sela. Zaburi 69:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ikambi yabo izitijwe uruhome nicike umusaka+;Mu mahema yabo ntihaboneke uwuhaba+. Zaburi 109:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nivyame imbere ya Yehova+;Narandure ukwibukwa kwabo kuve kw’isi+;
6 Wa mwansi we, ukugirwa umusaka kwawe kwarangutse rwose+,Mbere n’ibisagara waranduye+.No kuvugwa ntibazokwongera kuvugwa+.
13 Nubamare washangashiwe+;Nubamare, ntibabeho;Nibamenye yuko Imana iganza muri Yakobo gushika ku mpera z’isi+. Sela.