Zaburi 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ndakwinginze, ububi bw’ababisha burangire+,Ushimangire umugororotsi+;Imana, yo igororotse+, isuzuma umutima+ n’amafyigo+. Yesaya 63:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Ubwato bw’umuvinyu nabuganishijemwo ibirenge jenyene+, ata n’umwe turi kumwe wo mu bisata vy’abantu. Nagumye ndabaganisha ibirenge mw’ishavu ryanje+, nguma ndabakandagira mu bushangashirwe bwanje+. Amaraso yabo ataruka yaguma atarukira ku mpuzu zanje+, kandi ivyambarwa vyanje vyose naravyanduje.
9 Ndakwinginze, ububi bw’ababisha burangire+,Ushimangire umugororotsi+;Imana, yo igororotse+, isuzuma umutima+ n’amafyigo+.
3 “Ubwato bw’umuvinyu nabuganishijemwo ibirenge jenyene+, ata n’umwe turi kumwe wo mu bisata vy’abantu. Nagumye ndabaganisha ibirenge mw’ishavu ryanje+, nguma ndabakandagira mu bushangashirwe bwanje+. Amaraso yabo ataruka yaguma atarukira ku mpuzu zanje+, kandi ivyambarwa vyanje vyose naravyanduje.