Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 91:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Azonyambaza, nanje ndamwishure+.Nzobana na we mu marushwa+.Nzomutabara, ndamuninahaze+.