Yesaya 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.” 1 Abakorinto 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko umugabo atabwirizwa kwitwikira umutwe, kubera ari ishusho+ n’ubuninahazwa+ vy’Imana; mugabo umugore ni ubuninahazwa bw’umugabo+.
5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.”
7 Kuko umugabo atabwirizwa kwitwikira umutwe, kubera ari ishusho+ n’ubuninahazwa+ vy’Imana; mugabo umugore ni ubuninahazwa bw’umugabo+.