Guharura 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+. Umusiguzi 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.
2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.
4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.