Gusubira mu vyagezwe 23:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+. Zaburi 76:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimuraganire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse, mwese abamukikije+.Nibamuzanire ituro, batinya+. Zaburi 116:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzoshitsa indagano zanje kuri Yehova+,Egome, imbere y’abantu biwe bose. Zaburi 119:106 Bibiliya y’isi nshasha 106 Nararahiye indahiro, kandi nzoyishitsa+,Yo kugumya ingingo zawe z’ubutungane zigororotse+. Umusiguzi 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+. Matayo 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’
21 “Niwaraganira indagano Yehova+ Imana yawe, ntuze utebagane kuyishitsa+, kuko Yehova Imana yawe atazobura kuyikwishuza, bikakubera igicumuro+.
11 Nimuraganire indagano Yehova Imana yanyu kandi muzishitse, mwese abamukikije+.Nibamuzanire ituro, batinya+.
4 Igihe cose uraganiye Imana indagano, ntugonanwe kuyishitsa+, kuko ata wuhimbarwa n’ibijuju+. Ico uraganye, gishitse+.
33 “Mwarumvise kandi ko abo mu bihe vya kera babwiwe ngo: ‘Ntukarahire+ ngo ubure gushitsa, mugabo utegerezwa gushitsa ivyo waraganiye Yehova+.’