Zaburi 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kubera ukunyagwa kw’abarushwa, kubera ukuniha kw’aboro+,Ubu ho ngira mpaguruke,” ni ko Yehova avuga+.“Ngira ndamushire ahatagira inkomanzi, aho ata n’umwe amuhemerako+.” Zaburi 91:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ko yanyiyumvisemwo+,Nanje rero nzomukiza+.Nzomukingira kuko yamenye izina ryanje+.
5 “Kubera ukunyagwa kw’abarushwa, kubera ukuniha kw’aboro+,Ubu ho ngira mpaguruke,” ni ko Yehova avuga+.“Ngira ndamushire ahatagira inkomanzi, aho ata n’umwe amuhemerako+.”