Imigani 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko ibirenge vyabo ari ivyirukira ikibi+ gusa, kandi biguma vyihutira gusesa amaraso+. Ivyakozwe 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ubu rero, mwebwe hamwe n’Inama Nkuru nimwumvishe komanda igituma akwiye kumubamanukanira nk’aho mwoba mushaka kumenya neza ivyiwe+. Mugabo imbere y’uko yegera tuzoba twiteguriye kumwica+.”
15 Ubu rero, mwebwe hamwe n’Inama Nkuru nimwumvishe komanda igituma akwiye kumubamanukanira nk’aho mwoba mushaka kumenya neza ivyiwe+. Mugabo imbere y’uko yegera tuzoba twiteguriye kumwica+.”