Zaburi 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova azocika ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi kuri uwo wese ajanjaguwe+,Ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi mu bihe vy’amarushwa+. Zaburi 62:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Koko, ni yo gitandara canje n’ubukiriro bwanje, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+;Sinzonyiganyizwa kanini+.
9 Yehova azocika ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi kuri uwo wese ajanjaguwe+,Ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi mu bihe vy’amarushwa+.
2 Koko, ni yo gitandara canje n’ubukiriro bwanje, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+;Sinzonyiganyizwa kanini+.