ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 44:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Ariko ubu waradushibuye kandi uguma udutetereza+,

      Kandi ntujana n’ingabo zacu+.

  • Zaburi 108:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mbega si wewe ga Mana, wewe wadushibuye+,

      Wewe utajana n’ingabo zacu bwa Mana+?

  • Yesaya 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi nzoguma niteze Yehova+, umwe ahishije mu maso hiwe inzu ya Yakobo+, kandi nzomwizigira+.

  • Yesaya 12:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi kuri uwo musi+ ntuzobura kuvuga uti: “Nzogukengurukira, ewe Yehova, kuko naho wandurumbiye ishavu, ishavu ryawe ryahavuye risubira inyuma+, urampoza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika