Gusubira mu vyagezwe 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Mugabo Yehova ambwira ati: ‘Babwire uti: “Ntimuduge ngo murwane, kuko ntari hagati yanyu+, ntimuhave mutsindwa imbere y’abansi banyu+.”’ Gusubira mu vyagezwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’ Yosuwa 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Isirayeli ntibazoshobora kurwanya abansi babo+. Bazohindukira bahunge imbere y’abansi babo, kuko bacitse ikintu co gutikizwa. Sinzosubira kubana namwe mutazimanganije ikintu co gutikizwa kikava hagati yanyu+.
42 Mugabo Yehova ambwira ati: ‘Babwire uti: “Ntimuduge ngo murwane, kuko ntari hagati yanyu+, ntimuhave mutsindwa imbere y’abansi banyu+.”’
12 Bene Isirayeli ntibazoshobora kurwanya abansi babo+. Bazohindukira bahunge imbere y’abansi babo, kuko bacitse ikintu co gutikizwa. Sinzosubira kubana namwe mutazimanganije ikintu co gutikizwa kikava hagati yanyu+.