ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Niwumve ibigororotse, Yehova we; niwumvirize akamo k’ukwinginga kwanje+;

      Tega ugutwi isengesho ryanje ridatuwe n’iminwa ivuga ivy’ubuhendanyi+.

  • Zaburi 55:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Ewe Mana, tega ugutwi isengesho ryanje+;

      Ntiwinyegeze ngo ntiwumve ugusaba ubutoni kwanje+.

  • Abafilipi 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika