1 Samweli 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma Gadi+ umuhanuzi abwira Dawidi ati: “Ntugume uba ahantu hadashikwa. Genda, winjire mu gihugu ca Yuda+.” Nuko Dawidi aragenda, yinjira mu kibira ca Hereti. 1 Samweli 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+.
5 Mu nyuma Gadi+ umuhanuzi abwira Dawidi ati: “Ntugume uba ahantu hadashikwa. Genda, winjire mu gihugu ca Yuda+.” Nuko Dawidi aragenda, yinjira mu kibira ca Hereti.
14 Nuko Dawidi aba mu gahinga mu bibanza bigoye gushikamwo, aguma aba mu karere k’imisozi, mu gahinga ka Zifu+. Sauli yaguma amurondera+, mugabo Imana ntiyamutanga mu kuboko kwiwe+.