Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Yesaya 45:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Narirahiye jewe ubwanje+—ijambo ryarasohotse mu kanwa kanje mu bugororotsi+, ku buryo ritazosubira inyuma+—yuko ivi ryose rizompfukamira+, yuko ururimi rwose ruzorahira+,
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
23 Narirahiye jewe ubwanje+—ijambo ryarasohotse mu kanwa kanje mu bugororotsi+, ku buryo ritazosubira inyuma+—yuko ivi ryose rizompfukamira+, yuko ururimi rwose ruzorahira+,